Umwitwarariko ku bijanye n’ukwandura imigera y’indwara ku bana bakiri bato Integuro y’icigwa



Yüklə 392,4 Kb.
səhifə1/16
tarix27.11.2016
ölçüsü392,4 Kb.
#251
  1   2   3   4   5   6   7   8   9   ...   16
Umwitwarariko ku bijanye n’ukwandura imigera y’indwara ku bana bakiri bato

Integuro y’icigwa









Igitabu 5 ca 5tubaramure partners all
Umwitwarariko ku bijanye n’ukwandura imigera y’indwara ku bana bakiri bato

Ibirimwo:



Icigwa ca 1: Umwumira n’impanuka zawo 8

1.Igitabu co kwandikamwo abitavye igikorwa 8

1.Igicapo c’umuremeshakiyago 8

2.Akamwanya* 8

3.Igikombe n’ibesani vy’amazi* 8

1.Saba umugore wese gutora mugenziwe kandi ace ahagarara inyuma yiwe. 9

4.Sigura ko umuyobozi azosaba ibikorwa vyakozwe kandi uwo murwi w’abantu babiri utegerezwa gukora kuri ivyo bihimba bibiri vy’umubiri rimwe. 9

5.Nk’akarorero, mu gihe umurongozi, “umugongo ku mugongo”Umuntu na mugenziwe baca bahagarara begamiranye. Umurongozi avuze ati, “Ifyinga kw’ifyinga”Umwe wese na mugenziwe baca bahagararana amfyinga akoranyeko. Mu gihe abarongozi bavuze ngo , “amavi ku yandi, umuntu wese abwirizwa guhagarara afatinije amavi na mugenziwe. Ariko,mu gihe abarongozi bavuze ngo,“abantu ku bandi,” umwe wese aca arondera mugenziwe mushasha. 9

6.Gutanga amategeko menshi ukoresheje ibihimba vy’umubiri. 9

7.Bandanya utanga amategeko mashasha ukoresheje ibihimba vy’umubiri kugeza aho abagore batangura gutwenga no kujajura. 9

1.Umu Promoteur akwiye kwandika ku mpapuro z’abitavye inama z’umu Mère Leader wese nk’ukovyerekanywe mu gakino k’akarorero ko mu Cigwa ca Kane (Module 1). 9

8.Umu Promoteur akabaza ko hariho umu Mère Leader yoba yaragize ingorane mu nama yamuhuje n’abavyeyi. Umu Promoteur akaronderera hamwe n’abo bavyeyi umuti w’izo ngorane, akabafasha gutora umuti w’ingorane bafise, kandi agasaba impanuro abandi ba Mères Leaders bari ngaho. 9

9.Umu Promoteur akabaza abavyeyi bapfuye,abana bapfuye, canke imbanyi nshasha muri iyo migwi y’ababanyi. Umu promoteur akandika ku rupapuro rwo guhamagarirako amazina ibintu bishasha vyoba vyarabonetse. 9

10.Umu Promoteur agaheza agashimira abo bagore bose ku mwete berekana mu gikorwa kandi akabahimiriza ngo bashishikare. 9

11.Inkuru: Umusi Mvuyekure yahakwa gupfa (isanamu 1.1) – iminota10 10

12.Umwumira no gukama amazi (isanamu 1.2) – iminota 5 10

13.Ugutakaza amazi birica (isanamu 1.3) – iminota 5 12

14.Umwumira n’impanuka zawo (Isanamu 1.4) – iminota 5 13

1.Gusaba uwuvyipfuza ngo aze azibire ako gatoboro kari ku kamwanya kugira ntihagire amazi aseseka. 15

15. Gushira amazi mukamwanya kugeza aho kuzura kakongera kakavyimba. 15

16.Sigura: 15

17.Bwira umuvyeyi wese akwege umubiri w’umwana wiwe n’intoke ace araba ingene umubiri usubirayo.Erkana ingene umubirir wiwe ususbirayo. 16

18.Ubu rero,saba uwubishaka arekure gatoya hamwe yari yazibiye ku kamwanya vyerekane ko umwana ariko aracibwamwo canke ariko aradahwa.usabe abandanye arekura haseseka amzi makemake mu misegonda mikeyi kugeza aho akamwanya kagabanuka kakongera kakituna 16

19.Mu gihe ariko arareka amzi ngo aseseke,sigura: 16

20.Gasaba uwubishaka ngo asubire azibire ka kamwanya amazi ntasubire guseseka. Uzuza akamwanya n’amazi mpaka gasubire kwuzura. 16

21.Kwishura inyishu. 16

1.Saba Abavyeyi Tubaramure gushikiriza abandi inyigisho baronkejwe uyu musi bakoresheje impapuro zibiri za mbere z’iki cigwa zo mu Gitabo c’Amasanamu Mfashanyigisho. Bakwiye kubwira uwundi mugore ari mu Mugwi Tubaramure bakoresheje bwa buhinga bwo kwigisha. 17

22.Bwira abo Bavyeyi Tubaramure bumviriza izo nyigisho ko borondera ikintu batemera mu vyo bigishijwe; imvo imwe ituma babona ko iyo nyigisho yoba igoye kuri bo. 17

23.Abo Bavyeyi Tubaramure bashikiriza izo nyigisho bakwiye kugerageza gufasha abo bagore gutsinda izo ntambamyi. 17

24.Iminota cumi iheze, usabe abo bagore kuguza ibibanza. Uwo wundi Muvyeyi Tubaramure nawe azoca atanga inyigisho ziri mu mpapuro zibiri z’iki cigwa zikurikira zo mu Gitabo c’amasanamu mfashanyigisho. 17

25.Umu Promoteri akwiye kwumviriza, agakosora, kandi agafasha Abavyeyi Tubaramure vyagoye. 17

26.Bose bahejeje, ace yishura ibibazo abo bavyeyi boba bafise ku bijanye n’ibikoresho, canke n’icigwa c’uyu musi. 17

Icigwa ca 2:Ugukinga umwumira ukoresheje ivyunyunyu 20

1.Ibitabu bandikamwo abitavye ibikorwa 20

27.Igicapo c’umuremeshakoyago 20

1.Umu Promoteur akwiye kwandika ku mpapuro z’abitavye inama z’umu Mère Leader wese nk’ukovyerekanywe mu gakino k’akarorero ko mu Cigwa ca Kane (Module 1). 22

28.Umu Promoteur akabaza ko hariho umu Mère Leader yoba yaragize ingorane mu nama yamuhuje n’abavyeyi. Umu Promoteur akaronderera hamwe n’abo bavyeyi umuti w’izo ngorane, akabafasha gutora umuti w’ingorane bafise, kandi agasaba impanuro abandi ba Mères Leaders bari ngaho. 22

29.Umu Promoteur akabaza abavyeyi bapfuye,abana bapfuye, canke imbanyi nshasha muri iyo migwi y’ababanyi. Umu promoteur akandika ku rupapuro rwo guhamagarirako amazina ibintu bishasha vyoba vyarabonetse. 22

30.Umu Promoteur agaheza agashimira abo bagore bose ku mwete berekana mu gikorwa kandi akabahimiriza ngo bashishikare. 22

31.Barumwete akinga ugukama amazi (isanamu 2.1) – iminota 10 22

32.Imfungurwa zituma gukira n’ingoga (isanamu 2.4) – iminota 5 26

1.Kwerekana ingene bavanga ivyunyunyun imbere y’abo bagore. 28

33.Gusaba ababishaka babiri bafise amezi hagati y’ 6-24. 28

34.Kubwira abo bagore ko bomera nk’uko abana babo barwaye gucibwamwo. 28

35.Babaze kwereka abandi bagize umurwi ivyo boha abana babo uko bingana . 28

2.Kubwira abo bagore ko berekana ko abana babo badashwe.kubaza abo bagore gusigura ico boca bakora gikwirikira. 29

a.(Bahejeje gutanga ivyiyumviro vyabo –gushimika ko borindira iminota 10,hanyuma bukebuke bagatanga ivyunyunyu ku kiyiko ku gihe). 29

b.Inyuma y’amasaha 24,ivyunyunyu vyateguwe(mu gihe umwana atabinyoye) boca bagomba bakabita. 29

3.Kwishura ibibazo. 29

1.Saba Abavyeyi Tubaramure gushikiriza abandi inyigisho baronkejwe uyu musi bakoresheje impapuro zibiri za mbere z’iki cigwa zo mu Gitabo c’Amasanamu Mfashanyigisho. Bakwiye kubwira uwundi mugore ari mu Mugwi Tubaramure bakoresheje bwa buhinga bwo kwigisha. 30

36.Bwira abo Bavyeyi Tubaramure bumviriza izo nyigisho ko borondera ikintu batemera mu vyo bigishijwe; imvo imwe ituma babona ko iyo nyigisho yoba igoye kuri bo. 30

37.Abo Bavyeyi Tubaramure bashikiriza izo nyigisho bakwiye kugerageza gufasha abo bagore gutsinda izo ntambamyi. 30

38.Iminota cumi iheze, usabe abo bagore kuguza ibibanza. Uwo wundi Muvyeyi Tubaramure nawe azoca atanga inyigisho ziri mu mpapuro zibiri z’iki cigwa zikurikira zo mu Gitabo c’amasanamu mfashanyigisho. 30

39.Umu Promoteri akwiye kwumviriza, agakosora, kandi agafasha Abavyeyi Tubaramure vyagoye. 30

40.Bose bahejeje, ace yishura ibibazo abo bavyeyi boba bafise ku bijanye n’ibikoresho, canke n’icigwa c’uyu musi. 30

Icigwa ca 3:Imfungurwa zikwiriye abana barwaye 32

1.Ibitabu vyo kwandikamwo abitavye ibikorwa 32

41.Igicapo c’umuremeshakiyago 32

1.Umu Promoteur akwiye kwandika ku mpapuro z’abitavye inama z’umu Mère Leader wese nk’ukovyerekanywe mu gakino k’akarorero ko mu Cigwa ca Kane (Module 1). 33

42.Umu Promoteur akabaza ko hariho umu Mère Leader yoba yaragize ingorane mu nama yamuhuje n’abavyeyi. Umu Promoteur akaronderera hamwe n’abo bavyeyi umuti w’izo ngorane, akabafasha gutora umuti w’ingorane bafise, kandi agasaba impanuro abandi ba Mères Leaders bari ngaho. 33

43.Umu Promoteur akabaza abavyeyi bapfuye,abana bapfuye, canke imbanyi nshasha muri iyo migwi y’ababanyi. Umu promoteur akandika ku rupapuro rwo guhamagarirako amazina ibintu bishasha vyoba vyarabonetse. 34

44.Umu Promoteur agaheza agashimira abo bagore bose ku mwete berekana mu gikorwa kandi akabahimiriza ngo bashishikare. 34

45.Kwigisha abandi gufasha (Isanamu 3.1) – iminota 10 34

46.Inzara no Gufungura nabi(Isanamu 3.2) – iminota 5 35

47.Subiramwo ibikorwa vyahaririweko mu cigwa co guhimiriza abana ngo bafungure. 39

48.Saba umugore kuganira n’umugore umwe yicaye hafi. Bari bakwiye kwiyumvira ku bikorwa bibiri bishasha (bitahaririweko ku gicapo) umuvyeyi ashobora gukoresha mu guhimiriza umwana arwaye ngo afunfure. 39

49.Guharira ku vyiyumviro vyatanzwe n’abagore bo mu murwi munini. 39

50.Gukomeza ibikorwa vyiza vyerekanywe n’a bagore. 39

51.Ubu baza umugore wese kuganira n’umugore bicaranye hafi. Bari bakwiye kwiyumvira ibintu bibiri bitari bikwiye kugirwa n’umwana arwaye. 39

52.Kuganira ku vyiyumviro vyashikirijwe n’abagore bo mu murwi munini. 39

53.Gushimangira ku kuntu ivyo bikorwa bibabaza kandi bishobora gutesha ivyizigiro umwana, bikamutuma ata umutwe bikanamutera kurya nabi. 39

54.Kubaza abagore uwundi muntu mu nzu yitaho kugaburira abana. Guhimiriza abavyeyi gusangira inyigisho nshasha n’abandi bitaho abana. 39

55.Kwishura ibibazo. 39

1.Saba Abavyeyi Tubaramure gushikiriza abandi inyigisho baronkejwe uyu musi bakoresheje impapuro zibiri za mbere z’iki cigwa zo mu Gitabo c’Amasanamu Mfashanyigisho. Bakwiye kubwira uwundi mugore ari mu Mugwi Tubaramure bakoresheje bwa buhinga bwo kwigisha. 40

56.Bwira abo Bavyeyi Tubaramure bumviriza izo nyigisho ko borondera ikintu batemera mu vyo bigishijwe; imvo imwe ituma babona ko iyo nyigisho yoba igoye kuri bo. 40

57.Abo Bavyeyi Tubaramure bashikiriza izo nyigisho bakwiye kugerageza gufasha abo bagore gutsinda izo ntambamyi. 40

58.Iminota cumi iheze, usabe abo bagore kuguza ibibanza. Uwo wundi Muvyeyi Tubaramure nawe azoca atanga inyigisho ziri mu mpapuro zibiri z’iki cigwa zikurikira zo mu Gitabo c’amasanamu mfashanyigisho. 40

59.Umu Promoteri akwiye kwumviriza, agakosora, kandi agafasha Abavyeyi Tubaramure vyagoye. 40

60.Bose bahejeje, ace yishura ibibazo abo bavyeyi boba bafise ku bijanye n’ibikoresho, canke n’icigwa c’uyu musi. 40

Icigwa ca 4: Amacinya n’ugucibwamwo kw’urutavanako 42

1.Ibitabu vyo kwandikamwo abitavye ibikorwa 42

61.Igicapo c’umuremeshakiyago 42

62.(si mpaka iboneke) ikarata y’isanamu* 42

1.Umu Promoteur akwiye kwandika ku mpapuro z’abitavye inama z’umu Mère Leader wese nk’ukovyerekanywe mu gakino k’akarorero ko mu Cigwa ca Kane (Module 1). 43

63.Umu Promoteur akabaza ko hariho umu Mère Leader yoba yaragize ingorane mu nama yamuhuje n’abavyeyi. Umu Promoteur akaronderera hamwe n’abo bavyeyi umuti w’izo ngorane, akabafasha gutora umuti w’ingorane bafise, kandi agasaba impanuro abandi ba Mères Leaders bari ngaho. 43

64.Umu Promoteur akabaza abavyeyi bapfuye,abana bapfuye, canke imbanyi nshasha muri iyo migwi y’ababanyi. Umu promoteur akandika ku rupapuro rwo guhamagarirako amazina ibintu bishasha vyoba vyarabonetse. 44

65.Umu Promoteur agaheza agashimira abo bagore bose ku mwete berekana mu gikorwa kandi akabahimiriza ngo bashishikare. 44

66.Ibimenyetso vy’ugucibwamwo gukomeye (isanamu 4.2) – iminota5 45

67.Ukwitaho mu gihe co kuvurwa (Isanamu 4.4) – iminota 5 48

68.Gereranya urutonde rw’ibintu bikenewe ku bagore bari ku rutonde ufise. 51

69.Baza abo bagore: 51

70.Ishura ibibazo. 51

1.Saba Abavyeyi Tubaramure gushikiriza abandi inyigisho baronkejwe uyu musi bakoresheje impapuro zibiri za mbere z’iki cigwa zo mu Gitabo c’Amasanamu Mfashanyigisho. Bakwiye kubwira uwundi mugore ari mu Mugwi Tubaramure bakoresheje bwa buhinga bwo kwigisha. 52

71.Bwira abo Bavyeyi Tubaramure bumviriza izo nyigisho ko borondera ikintu batemera mu vyo bigishijwe; imvo imwe ituma babona ko iyo nyigisho yoba igoye kuri bo. 52

72.Abo Bavyeyi Tubaramure bashikiriza izo nyigisho bakwiye kugerageza gufasha abo bagore gutsinda izo ntambamyi. 52

73.Iminota cumi iheze, usabe abo bagore kuguza ibibanza. Uwo wundi Muvyeyi Tubaramure nawe azoca atanga inyigisho ziri mu mpapuro zibiri z’iki cigwa zikurikira zo mu Gitabo c’amasanamu mfashanyigisho. 52

74.Umu Promoteri akwiye kwumviriza, agakosora, kandi agafasha Abavyeyi Tubaramure vyagoye. 52

75.Bose bahejeje, ace yishura ibibazo abo bavyeyi boba bafise ku bijanye n’ibikoresho, canke n’icigwa c’uyu musi. 52

Icigwa ca 5: Gukinga umusonga 54

76.Igicapo c’umuremeshakiyago 54

77.(Si mpaka biboneke) Ibitandara vy’amabuye ndwi canke ibiharage* 54

78.(Si mpaka biboneke) Isaha canke iterefone ngendanwa* 54

79.Uwigisha ategerezwa guhagarara hagati mu muzingi agaca agena umugore wese ko agira ijwi ryiwe. Umugore wa mbere ni ni ibicurane, umugore wa 2 ni ukwasamura,umugore wa 3 ni inkorora,umugore wa 4 niukwimyira, umugore wa 5 ni ukwasamura,n’ibindi n’ibindi ni nukuvuga ko umugore wese afise ijwi ryiwe. 55

80.Uwigisha asohora ijwi (ukwasamura, inkororora canke ukwimyira) kandi abagore bose baba bari bagenywe ngo basohore iryo jwi bategerezwa guhagurka bakicara ku mukaze mushasha n’abandi bagore babiri. (Mwibuke ko abagore batatu bonyene ari bo baza baricara ku mukaze). Uwigisha aca yiruka kwicara ku mukaze ahoba hari ikibanza kigaragara. 55

81.Umwigisha ahagarara hagati mu muzingi agaca asohora ijwi (kwimyira, kwasamura no gukorora) hanyuma abantu bari mu murwi bagaca barondera ikindi cicaro kigaragara. 55

82.Subiramwo ako gakino gutyo uwariwe wese arafise uburenganzira bwo kugenda, agasohora ijwi canke agatwenga. 55

83.Umu Promoteur akabaza ko hariho umu Mère Leader yoba yaragize ingorane mu nama yamuhuje n’abavyeyi. Umu Promoteur akaronderera hamwe n’abo bavyeyi umuti w’izo ngorane, akabafasha gutora umuti w’ingorane bafise, kandi agasaba impanuro abandi ba Mères Leaders bari ngaho. 55

84.Umu Promoteur akabaza abavyeyi bapfuye,abana bapfuye, canke imbanyi nshasha muri iyo migwi y’ababanyi. Umu promoteur akandika ku rupapuro rwo guhamagarirako amazina ibintu bishasha vyoba vyarabonetse. 55

85.Umu Promoteur agaheza agashimira abo bagore bose ku mwete berekana mu gikorwa kandi akabahimiriza ngo bashishikare. 56

86.Inkuru: Ikintu kibi (Isanamu 5.1) – iminota 10 56

87.Ibimenyetso vy’umusonga(Isanamu 5.2) – iminota 5 57

88.Ugukinga umusonga (isanamu 5.3) – iminota 5 58

89.Kunywera itabi mu nzu (isanamu 5.4) – iminota5 60

90.Akanira: 62

91.Tora abantu babiri bavyishakiye n’umwana mutoyi ari munsi y’amezi 24. (Kumenya ko umwana atekereje. Niyo umwana yatangura kurira canke akamera nk’uwanka, ntushobora guharura uko ahema.) 63

92.Gusaba umwe muri bamwe bavyishakira kuduza ishati y’umwana kugira ace araba ingene ahema. Ca umusaba aharure uko ahema. Aharura igihe cose igikraza ciduza mu gihe umwana ahemye. 63

93.Saba uwavyishakiye agira kabiri kuraba imisegonda n’iminota vyo kw’isaha (canke terefone ngendanwa) ashaka gutangaza umwanya,gusigura igihe umunota utangurira(imisegonda iri kuri 00) hanyuma igihe umunota uheze(imisegonda aba ari 60). 63

94.Uwubishaka wa mbere aja gutangura guharura guhema igihe umuvyeyi afise isaha (canke terefone ngendanwa) amubwiye gutangura. 63

95.Aja guharura avuga cane, igihe cose umana yinjije impwemu. Uwundi muvyeyi wo mu murwi aramufasha guharura. Mu maboko yiwe aja kuba agumije amabuye 7. 63

96.Araharura ako ahemye (yinjiza impwemu) mu murwi w’abantu cumi. Mu gihe azoba ashitse kuri10, aca ashira ibuye rimwe hasi. Arabandanya guharura ahereye kuri 1 akabandanya gushitsa kuri 10 kandi. Igihe cose ashitse kuri 10, aca ashira ibuye rimwe hasi. 63

97.Mu gihe imisegonda 60 (umunota 1)iheze, aca aharura igitigiri c’amabuye ari hasi. (ntaba agisubira gushira ibuye na rimwe hasi kiretse yashikije uguhema She does not place any more rocks on the ground unless she has 10 igihe umunota wari wahindutse.) 63

98.Igihe abavyeyi bahejeje gukoresha igicapo kiri aha hepfo cerekana ko umwana ahema anyarutsa ufatiye ku myaka afise. 63

99.Igihe umwana ahema anyarutsa bifatiye ku myaka afsie,umuvyeyi yoca amutwara ubwo nyene kwa muganga. 63

100.Bwira abo Bavyeyi Tubaramure bumviriza izo nyigisho ko borondera ikintu batemera mu vyo bigishijwe; imvo imwe ituma babona ko iyo nyigisho yoba igoye kuri bo. 64

101.Abo Bavyeyi Tubaramure bashikiriza izo nyigisho bakwiye kugerageza gufasha abo bagore gutsinda izo ntambamyi. 65

102.Iminota cumi iheze, usabe abo bagore kuguza ibibanza. Uwo wundi Muvyeyi Tubaramure nawe azoca atanga inyigisho ziri mu mpapuro zibiri z’iki cigwa zikurikira zo mu Gitabo c’amasanamu mfashanyigisho. 65

103.Umu Promoteri akwiye kwumviriza, agakosora, kandi agafasha Abavyeyi Tubaramure vyagoye. 65

104.Bose bahejeje, ace yishura ibibazo abo bavyeyi boba bafise ku bijanye n’ibikoresho, canke n’icigwa c’uyu musi. 65

Icigwa ca 6: umurima urimwo ivyo guteka: Gutera inzuzi 67

105.Igicapo c’umuremeshakiyago 67

1.Aka ni agakino ko kutibagira. Abagore bagize umurwi wanyu bategerezwa kwibuka vyose abandi bagore bavuze kandi bakanabisubiramwo. 68

106.Saba umwe wese ngo ahagarare mu muzingi, harimwo n’umwigisha. 68

107.Umwigisha atangura avuga, »Ndagiye gutera umurima kandi ndiko ndatera (kandi icamwa canke imboga azobitera).» 68

108.Nta nyishu n’imwe atariyo muri aka gakino. Abagore bashobora gutera ico bashaka cose. Uruhara runini n’urw’abagore bategerezwa kugerageza kwibuka ibindi bikoresho vyataziriwe n’abandi mu murwi kandi bakabisubiramwo ku murongo. 68

109.akarorero, «Ngiye gutera umurima kandi ndiko ntera inyanya.” 68

110.Umugore ari mu buryo bw’uwigisha ategerezwa gusubiramwo akajambo ukongerako n’ikindi kintu. Akarorero, «Ngiye gutera umurima kandi ngiye gutera inyanya n’ibitunguru.” 68

111.Bandanya na buri mugore wese mu muzingi wongereko ikindi kintu gishasha ku rutonde. 68

112.(Optional) iyo umugore yibagiye canke akavuga ibintu mu rutonde rutari rwo, ategerezwa guca ava mu muzingi. Bandanya gushika aho hasigara mu muzingi umugore umwe gusa. 68

113.Bandanya wongerako ibintu bishasha kugeza aho urutonde ruba runinikugira umuntu yibuke! 68

114.Umu Promoteur akabaza ko hariho umu Mère Leader yoba yaragize ingorane mu nama yamuhuje n’abavyeyi. Umu Promoteur akaronderera hamwe n’abo bavyeyi umuti w’izo ngorane, akabafasha gutora umuti w’ingorane bafise, kandi agasaba impanuro abandi ba Mères Leaders bari ngaho. 69

115.Umu Promoteur akabaza abavyeyi bapfuye,abana bapfuye, canke imbanyi nshasha muri iyo migwi y’ababanyi. Umu promoteur akandika ku rupapuro rwo guhamagarirako amazina ibintu bishasha vyoba vyarabonetse. 69

116.Umu Promoteur agaheza agashimira abo bagore bose ku mwete berekana mu gikorwa kandi akabahimiriza ngo bashishikare. 69

117.Gutegura isi(Isanamu 6.2) – 5 iminota 70

118.Ukwimbura imyungu (Isanamu 6.4) – 5 iminota 73

1.Saba Abavyeyi Tubaramure gushikiriza abandi inyigisho baronkejwe uyu musi bakoresheje impapuro zibiri za mbere z’iki cigwa zo mu Gitabo c’Amasanamu Mfashanyigisho. Bakwiye kubwira uwundi mugore ari mu Mugwi Tubaramure bakoresheje bwa buhinga bwo kwigisha. 77

119.Bwira abo Bavyeyi Tubaramure bumviriza izo nyigisho ko borondera ikintu batemera mu vyo bigishijwe; imvo imwe ituma babona ko iyo nyigisho yoba igoye kuri bo. 77

120.Abo Bavyeyi Tubaramure bashikiriza izo nyigisho bakwiye kugerageza gufasha abo bagore gutsinda izo ntambamyi. 77

121.Iminota cumi iheze, usabe abo bagore kuguza ibibanza. Uwo wundi Muvyeyi Tubaramure nawe azoca atanga inyigisho ziri mu mpapuro zibiri z’iki cigwa zikurikira zo mu Gitabo c’amasanamu mfashanyigisho. 77

122.Umu Promoteri akwiye kwumviriza, agakosora, kandi agafasha Abavyeyi Tubaramure vyagoye. 77

123.Bose bahejeje, ace yishura ibibazo abo bavyeyi boba bafise ku bijanye n’ibikoresho, canke n’icigwa c’uyu musi. 77

ivyigwa1-6 vy’imbere n’inyuma y’ibibazo 79


Ivyigwa,udukuru n’ibikorwa ku vyerekeye imfungurwa za nkenerwa,Isuku,n’ukwitabwaho ku bana bakiri bato mu nteguro y’icigwa iza yunganira ibimenyeshwa ku vyerekeye Imfungurwa za nkenerwa,isuku be no kwitaho abana bakiri bato biri ku gicapo c’umuremeshakiyago.

Gutahura Integuro y’Ivyigwa



Icigwa cose gitangurira ku ntumbero. Izo nazo zikaba ari intumbero zijanye n’inyifato, ubumenyi n’ivyizerwa biba bishikirizwa muri ico cigwa. Ni mwitwararike kuraba ko imwe yose muri izo ntumbero ishizweko akatuzo muri uwo mwanya w’icigwa. Hariho ubwoko bune bw’intumbero. Kandi imwe yose muri zo yaradondowe aho musi.

Intumbero zijanye n’inyifato: Intumbero nyinshi ni intumbero zijanye n’inyifato zanditswe nk’amajambo yo kwiyemeza igikorwa. Ivyo ni ivyokorwa vyitezwe ko umujejwe kubungabunga umwana yokurikiza yishimikije ubutumwa nyamukuru bwashikirijwe gitabo c’amasanamu mfashanyigisho.

Intumbero z’ubumenyi: Nk’akarorero, twifuza ko abavyeyi boshobora gutondagura ibimenyetso vyo kugeramirwa hamwe n’inzira zitanu z’ukuntu imigera itera gucibwamwo ihererekanywa. Ivyo ni ibintu abajejwe kubungabunga abana bategerezwa gufata ku mutwe muri uwo mwanya w’icigwa, bagakoresha amasanamu mu kwiyibutsa.

Intumbero z’ivyizerwa: Turazi ko ivyizerwa n’inyifato bigira ingaruka ku bikorwa vyacu. Kenshi wama usanga ivyizerwa bitari vyo vy’umuntu canke ingene asanzwe abona ibibazo vy’ubuzima n’isi ari vyo bibabuza gushikira ihinduka ryogira akamaro k’amagara meza.

Intumbero z’Ibituma vy’Inyifato: Intumbero z’ibituma vy’inyifato ni imvo zituma abantu bagendera (canke batagendera) mu nyifato ivuzwe. Hariho ibituma vy’inyifato munani bishoboka nk’uko vyashizwe ahabona mu vyigwa vy’umwihwezo w’intambamvyi vyakorewe muri buri ntara. Ivyo vyigwa birerekana ibituma bihambaye gusumba ibindi kuri buri nyifato.1 Mu gushimikira ku bituma vyafashije abakora (ni ukuvuga abajejwe kwitwararika abana ku mutumba basanzwe bagendera muri iyo nyifato nshasha) turashobora guhimiriza abadakora (abajejwe kwitwararika abana batagendera muri izo nyifato nshasha) ngo batsinde inzitizi zabaujije kugerageza canke gushishikara iyo ngendo muri kahise.

Musi y’izo ntumbero, ibikoresho vyose bikenewe muri ico cigwa vyashizwe ku rutonde. Uwurongoye icigwa akwiye kwitwararika kuzana ibikoresho vyose bikenerwa muri ico cigwa. Mu cigwa kigira gatanu, twinjijemwo iciyumviro c’Umurongozi w’Igikorwa azoshira umwitwarariko ku bikoresho bizokenerwa mu Rutonde rw’Ivyigwa rugira kabiri. Mworaba ngaho musi kugira ngo mutahure vyinshi.



Umwimenyerezo wose (igice c’integuro y’icigwa) werekanwa n’agasanamu gato. Ayo masanamu akoreshwa mu kwibutsa Abakenyezi Ndongozi batazi gusoma urukurikirane rw’ibiza gukorwa mu cigwa. Nk’akarorero, ni hagera ko abarongora mu gukina agakino, integuro y’icigwa yerekana isanamu y’umuntu atwenze aboneka nk’uwuryohewe n’ako gakino (raba aho musi). Amasanamu yo mu nteguro y’icigwa afasha Abakenyezi Ndongozi kumenya igikorwa baza gukurikizako. Ni mwihweze ivyadondowe ngaho musi kugira ngo mutahure vyinshi gusumba.

c:\documents and settings\mhanold\my documents\my pictures\tubaramure\old drafts\game image.bmp

Igikorwa ca mbere muri buri cigwa ni agakino. Utwo dukino tugafasha abitavye gutwenga, kuja mu kamwemwe no kwitegurira igikorwa. Hariho udukino tumwe tumwe dusubiramwo kwihweza inyigisho nyamukuru abitavye bamaze kwiga. Utundi dukino tugashira imbere intumbero z’ivyizerwa. Mwitwararike kuraba ko bose bakina muri ako gakino.





Inyuma y’agakino haca hakurikira igice co guhamagara amazina no Gutora umuti w’ingorane. Abarongozi b’ivyigwa bose bazohamagara amazina y’abitavye. Ibibazo vyo gutorera umuti vyerekeye gusa abarongoye ivyigwa (Abakanguzi) basanzwe bajejwe kwigisha abandi.2 Umukanguzi ni we akurikirana ingorane izo ari zo zose Abakenyezi Ndongozi bagize mu kwigisha ivyigwa vyatambutse. Ni murabe ivyo gukina wishira mu kibanza c’umuntu biri mu cigwa ca 4 (c’Agatabo ka 1) kugira ngo mutahure vyinshi.

Ivyo biheze uwo arongoye icigwa aca yugurura igitabo c’amasanamu mfashanyigisho kw’isanamu ya mbere y’icigwa. Agaheza agasoma n’inkuru yanditse inyuma y’urupapuro rw’isanamu, yongerezako ibindi vy’ido n’ido n’ibindi vyo kudondora nk’uko biba bikenewe.

ask.bmp

Inkuru iboneka muri buri cigwa ikurikirwa n’ibibazo vyo guharirako. Ivyo bibazo bigafasha uwo arongoye icigwa kumenya ingiro y’ababungabunga abana muri ico gihe (nk’uko iba ijanye n’ico cigwa). Ico gice cashiriweho guhanahana ivyiyumviro, si ico kwigisha. Witwararike guha umuntu wese akaryo ko gushikiriza iryo agona.



show kwerekana.bmp

Isanamu igira kabiri, n’iya gatatu hamwe n’iya kane muri buri cigwa ni ayo kwigishirizako intumbero nyamukuru y’icigwa. Mumaze gusanzurura ku rupapuro rugira kabiri rw’igitabo c’amasanamu mfashanyigisho baza uti “mubona iki muri iyi sanamu?” Abahari ni bishure kandi badondore ico biyumvira ko ayo masanamu yo mu Gitabo c’amasanamu mfashanyigisho abashikiriza.

Hanyuma uce usigura inyigisho iri muri ayo majambo yanditse inyuma y’isanamu mfashanyigisho. Na none kandi incamake y’izo nyigisho yerekanwa mu ryungane rigufi ridondora ibiri mw’isanamu mfashanyigisho riba ryanditse kuri urwo rupapuro ruriko ico gicapo. Mwitwararike gusigura buri gicapo mukoresheje ayandi mungane atondetse inyuma y’igicapo (canke mu nteguro y’icigwa). Integuro y’icigwa isanzwe irimwo ibindi vyiyumviro vyongeweko vyo gufasha uwigisha. Kandi ivyo vyiyumviro vyongeweko ntibikenewe ko vyozanwa ngo biyagweko mu cigwa.

activity igikorwa 2.bmp

Inyuma y’isanamu mfashanyigisho igira kane y’icigwa, hakurikira igikorwa. Ivyo bikorwa ni imyimenyerezo “yo gukora” ifasha abitavye gutahura no gushira mu ngiro ivyo bize. Vyinshi muri ivyo bikorwa bikenera ibikoresho binaka n’imyiteguro itomoye.

Guhera mu rutonde rw’ivyigwa rugira 2, uwurongora ico gikorwa ajejwe gutegura ibikoresho biza gukenerwa mu Gakorwa kajanye n’ico Cigwa. Umurongozi w’Igikorwa mu Rutonde rw’ivyigwa rugira kabiri atorwa mu Cigwa ca 5 ((c’Agatabo ka 1).Umurongozi w’Igikorwa abanza kubonana n’uwurongora ivyigwa mu minota cumi imbere ya buri cigwa kugira ngo bavugane ku bikoresho bizokenerwa mu gikorwa kijanye n’icigwa kizokurikira. Uwo azezwa ico gikorwa ni we afise uruhara rwo kuvugana n’abandi (Abakenyezi Ndongozi canke ababanyi) muri wa mwanya wo “guhamagara amazina no gutora umuti w’ingorane” kugira ngo atunganye ikibazo c’ibikoresho bizokenerwa mu nama izokurikira, akabasaba ko bokwitanga bakazozana ivyi bikoresho bikenewe. Uwurongoye ivyigwa ni we azobarongora muri ico gikorwa, ariko uwo yajejwe ibikorwa nawe akazoza aramushigikira mu gutegekanya abitanga no mu gufasha uwurongoye ivyigwa nk’uko biba bikenewe muri ako kanya k’igikorwa.

c:\documents and settings\mhanold\my documents\my pictures\gucaca aspire.bmp

Mu gice kijanye n’ijambo probe risigura ngo tohoza Uwurongoye ivyigwa arabaza ko hoba hariho intambamyi zobuza abajejwe abana kugerageza izo ngendo nshasha. Baraheza bakayaga kuri izo ntambamyi hanyuma bagaca batandukira igice gikurikira.



c:\documents and settings\mhanold\my documents\my pictures\gutomora aspire.bmp

Uwurongoye ivyigwa araheza akamenyesha abajejwe kwitwararika abana uburyo bokoresha mu gutora umuti w’ingorane zashikirijwe. Uwo Arongoye ivigwa akabashikiriza kandi ibindi vyiyumviro canke ubundi buryo bwo kubona ibintu bwofasha abo bajejwe abana gutahura ingene boshishikara batera imbere.





Haca hakurikira Kwimenyereza no Kumenyereza. Iki gice ni nkenerwa mu kwigisha Abakenyezi Ndongozi. Dushaka kumenya neza ko batahuye ivyo bazokwigisha kandi ko bashoboye kubishikiriza abandi neza. Muri ico gikorwa co mu mugwi muto, Umukanguzi arashobora gukurikiranira hafi kandi akaza arakosora abagifise ingorane.



c:\documents and settings\mhanold\my documents\my pictures\request aspire.bmp

Uwujejwe ivyigwa asaba Umukeknyezi Ndongozi (canke abajejwe kwitwararika abana) kwiyemeza ko agiye gutangura kugendera mu ngendo nshasha bamaze kwiga. Ivyo iyo bavyemeye, abajejwe kwitwararika abana bakwiye kuvyatura mu majambo bivugiye. Abo bajejwe kwitwararika abana nibo bategerezwa kwihitiramwo. Nta n’umwe akwiye kubagoberera kwiyemeza ikintu mu gihe bacumva ko batiteguye.



Igice ca nyuma ni co Uwujejwe ivyigwa agenzura ibikorwa vy’Abakenyezi Ndongozi (canke vy’abajejwe kwitwararika abana) yishimikije inyigisho bakuye mu cigwa giherutse. Uwujejwe ivyigwa akabahimiriza ngo bagerageze izo ngendo nshasha batari bwashikeko.

Ivyigwa vyose bikurikiza urwo rutonde rushikirijwe aho hejuru. Ivyo vyigwa birashobora kuringanizwa neza iyo bikenewe kugira ngo bijane n’ivyo umugwi wawe wo kubabarana ukeneye. Ivyigwa ntibikwiye kumara umwanya urenga amasaha abiri naho bishobora gushika ivyigwa bimwe bimwe bigatwara igihe kirekire gusumba ibindi. Umwanya wogenerwa buri gice urerekanwa ngaho musi.

IIzina ry’igice

Umwanya wokenerwa kuri ico gice

Agakino

Guhamagara amazina no Gutora umuti w’ingorane

Inkuru hamwe na Gutohoza (Isanamu 1)

Erekana kandi Usigure (Isanamu 2)

Erekana kandi Usigure (Isanamu 3)

Erekana kandi Usigure (Isanamu 4)

Igikorwa


Tohoza

Menyesha

Kwimenyereza no Kumenyereza



Saba

Kwihweza

iminota 10

iminota 5- 15

iminota 10

iminota 5

iminota 5

5 iminota

iminota 15

iminota 10

iminota 5

iminota 20

iminota 2

iminota 15






Isaha 2

Gukenguruka

Hanold, Mitzi J. (2011) Management of Childhood Infections Mother Leader Flipchart. Washington DC. Food for the Hungry (FH), yashoboye gutunganywa ku bw’ubufasha bwatanzwe n’Ibiro vya Food for Peace, Ibiro vya Demokrasi, Intambara, n’Imfashanyo yo Gufasha Imbabare, hamwe kandi n’Ishirahamwe rya Leta Zumwe Ubumwe za Amerika ry’Iterambere kw’isi yose mu masezerano AID-FFP-09-00004-00. Ivyiyumviro vyashikirijwe ngaha ni ivy’umwanditsi kandi si ukuvuga ko bitegerezwa guserura iciyumviro c’iryo Shirahamwe rya Leta Zunze Ubumwe za Amerika ry’Iterambere kw’Isi Yose.

Turakengurukiye cane abaducapiye Octávio Consalves and Gatobo Edgar. Ababitosoye nabo barimwo Carolyn Wetzel (FH), Dr. Dieudonne Bikorimana (FH), Megan Parker (IFPRI), Dr Ntiranyibagira Jeanne d’Arc, Nihoreho Rgine Pacis(CRS),Dr Issumbishi Mazimbie, Gerard Mbonimpaye (IMC), Raphael Niyongabo (Caritas), Remegi Ndeberi na Mbisamakoro Bernard (IEC – Minisante), Elie Ningabire (PRONIANUT). Hamwe mwoba mufise ibibazo canke ico mushikiriza, mwoshikira umwanditsi kuri fhdc@fh.org.

Resources used in the development of this module:



  • USAID, UNICEF, WHO. Diarrhoea Treatment Guidelines for Clinic-Based Healthcare Workers. MOST; 2005.

  • The Treatment of Diarrhoea: A Manual for Physicians and Other Senior Health Workers. WHO; 2005. Available: http://www.who.int/child_adolescent_health/documents/.

  • The clinic pictures on pages 11, 31, 35 and 39 are used by permission from the MOH of the Democratic Republic of Congo developed with support from UNICEF.




Yüklə 392,4 Kb.

Dostları ilə paylaş:
  1   2   3   4   5   6   7   8   9   ...   16




Verilənlər bazası müəlliflik hüququ ilə müdafiə olunur ©azkurs.org 2024
rəhbərliyinə müraciət

gir | qeydiyyatdan keç
    Ana səhifə


yükləyin